communiques

communiques DE L'AGENCE BURUNDAISE DE L'HYDRAULIQUE ET DE L'ASSAINISSEMENT EN MILIEU RURAL (AHAMR)

Communiques de presse

IBIMENYESHEJWE

UBUYOBOZI BUKURU BUJEJWE GUKWIRAGIZA AMAZI MEZA, N’ISUKU MU GIHUGU HAGATI(AHAMR) BURAMENYESHEJE ABAKOZI BOSE KO BUZOREMESHA IKIGANIRO MU RUNANI RW’AMARADIYO:IRADIYO NKURU Y’IGIHUGU, ISANGANIRO, NA REMA FM. ICO KIGANIRO KIZOBA GISHIMIKIYE K’ UMUGAMBI WO GUKWIRAGIZA AMAZI MEZA N’ISUKU MU GIHUGU HAGATI HAMWE N’IBUNGABUNGWA RY’INYUBAKWA Z’AMAZI MEZA N’ISUKU. KIZOREMESHWA KWIGENEKEREZO RYA 16/12/2016 KUVAISAHA ZITATU GUSHIKA ISAHA ZITANU ZO MUGITONDO (9H -11H).MUSABWE KUGIKURIKIRANA.

UMUYOBOZI MUKURU AJEJWE

GUKWIRAGIZA AMAZI MEZA N’ISUKU MU GIHUGUHAGATI

Apollinaire SINDIHEBURA